ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+.

  • Ivyakozwe 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nayo Sauli, yari ashigikiye iyicwa ryiwe+.

      Kuri uwo musi havyuka uruhamo rukomeye+ kw’ishengero ryari i Yeruzalemu; bose kiretse intumwa barasanzara+ mu ntara za Yudaya na Samariya.

  • Ivyakozwe 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Yica Yakobo mwene wabo na Yohani+ akoresheje inkota+.

  • Ivyakozwe 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi mu kubahana kenshi mu masinagogi yose+ naragerageza kubahata ngo bihakane ukwizera; kandi kubera ko nari nasaze bimwe birengeje mu kubanka, naraheba nkabahama no mu bisagara vyo hanze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika