Matayo 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ababwira ati: “Igikombe canje muzokinywa koko+, mugabo ivy’ukwo kwicara iburyo bwanje n’ibubamfu bwanje si ivyanje ngo ndabitange, ahubwo ni ivy’abo Dawe yabiteguriye+.” Luka 11:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ku bw’ivyo ubukerebutsi+ bw’Imana bwaravuze kandi buti: ‘Nzotuma kuri bo abahanuzi n’intumwa, kandi bazokwica bamwe muri bo bongere babahame,
23 Ababwira ati: “Igikombe canje muzokinywa koko+, mugabo ivy’ukwo kwicara iburyo bwanje n’ibubamfu bwanje si ivyanje ngo ndabitange, ahubwo ni ivy’abo Dawe yabiteguriye+.”
49 Ku bw’ivyo ubukerebutsi+ bw’Imana bwaravuze kandi buti: ‘Nzotuma kuri bo abahanuzi n’intumwa, kandi bazokwica bamwe muri bo bongere babahame,