Matayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze yigiye imbere, abona bandi babiri+ bavukana, ari bo Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo, bari kumwe na se Zebedayo mu bwato, bariko basana insenga zabo, hanyuma arabahamagara.
21 Maze yigiye imbere, abona bandi babiri+ bavukana, ari bo Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo, bari kumwe na se Zebedayo mu bwato, bariko basana insenga zabo, hanyuma arabahamagara.