ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Amazina ya nya ntumwa cumi na zibiri+ ni aya+: Ubwa mbere, Simoni ari we yitwa Petero+, na Andereya+ mwene wabo; Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo;

  • Matayo 27:56
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 56 muri bo harimwo Mariya Magadalena, na Mariya nyina wa Yakobo na Yoze, na nyina wa bene Zebedayo+.

  • Mariko 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 na Yakobo mwene Zebedayo na Yohani mwene wabo na Yakobo+ (abo ni bo kandi yataziriye Bowanerige, bikaba bisobanura ngo: Abana b’Umuturagaro),

  • Mariko 10:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nuko Yakobo na Yohani, ba bahungu babiri ba Zebedayo+, baramwegera bamubwira bati: “Mwigisha, dushaka ko utugirira ico tugusaba cose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika