Matayo 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze nyina w’abahungu ba Zebedayo+ aramwegera ari kumwe n’abahungu biwe, yikubita imbere yiwe ngo amusabe ikintu+. Mariko 15:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+, Yohani 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko hafi y’igiti co kubabarizwako ca Yezu, hari hahagaze nyina+ wiwe be na mwene wabo na nyina; Mariya+ muka Kilopa, na Mariya Magadalena+.
20 Maze nyina w’abahungu ba Zebedayo+ aramwegera ari kumwe n’abahungu biwe, yikubita imbere yiwe ngo amusabe ikintu+.
40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+,
25 Ariko hafi y’igiti co kubabarizwako ca Yezu, hari hahagaze nyina+ wiwe be na mwene wabo na nyina; Mariya+ muka Kilopa, na Mariya Magadalena+.