40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+,
49 Vyongeye, abari bazinanyi na we bose bari bahagaze nka hariya+. N’abagore bari bamukurikiye bari kumwe kuva i Galilaya, bari bahagaze bitegereza ivyo bintu+.