ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Vyongeye, hari abagore benshi bariko babirabira nka hariya+, bakaba bari baherekeje Yezu kuva i Galilaya kugira bamukorere+;

  • Mariko 15:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Hari kandi abagore bariko babirabira nka hariya+, muri bo hakaba harimwo Mariya Magadalena hamwe na Mariya nyina wa Yakobo Umutoyi akaba na nyina wa Yoze, be na Salome+,

  • Luka 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 n’abagore bamwe+ bari barakijijwe impwemu mbi be n’indwara: Mariya bita Magadalena, uwo amadayimoni indwi yari yaravuyemwo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika