ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+.

  • Yohani 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko nta n’umwe yavuga ivyiwe ku mugaragaro kubera ugutinya Abayuda+.

  • Yohani 19:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.

  • Yohani 20:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko rero bugorovye kuri uwo musi, umusi wa mbere w’iyinga+, kandi naho imiryango yari yugaye aho abigishwa bari kubera ugutinya+ Abayuda, Yezu araza+ ahagarara hagati yabo, ababwira ati: “Mugire amahoro+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika