Yohani 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+. Yohani 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+; Yohani 19:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.
22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+.
42 Ariko no mu batware, benshi baramwizeye vy’ukuri+, mugabo ntibamwemera icese kubera Abafarizayo, kugira ngo ntibirukanwe mw’isinagogi+;
38 Nuko inyuma y’ivyo, Yozefu w’i Arimateya, uwari umwigishwa wa Yezu mugabo wo mu mpisho kubera yatinya Abayuda+, asaba Pilato uruhusha rwo gukuraho ikiziga ca Yezu; Pilato na we ararumuha+. Nuko rero araza, akuraho ikiziga ciwe+.