ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+.

  • Yohani 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko nta n’umwe yavuga ivyiwe ku mugaragaro kubera ugutinya Abayuda+.

  • Yohani 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Abavyeyi biwe bavuze ivyo bintu kubera yuko batinya+ Abayuda, kuko Abayuda bari bamaze kwumvikana yuko hagize uwumwemera icese ko ari Kristu, acibwa mw’isinagogi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika