Matayo 27:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Uwo mugabo aja kwa Pilato, asaba ikiziga ca Yezu+. Maze Pilato ategeka ko gitangwa+. Mariko 15:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 haza Yozefu w’i Arimateya, umuntu w’umwubahwa wo mu Nama Nkuru, na we nyene akaba yari arindiriye ubwami bw’Imana+. Ararinduka aja kwa Pilato asaba ikiziga+ ca Yezu. Luka 23:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Maze hari umugabo yitwa Yozefu, akaba yari uwo mu Nama Nkuru, umuntu mwiza kandi w’umugororotsi+—
43 haza Yozefu w’i Arimateya, umuntu w’umwubahwa wo mu Nama Nkuru, na we nyene akaba yari arindiriye ubwami bw’Imana+. Ararinduka aja kwa Pilato asaba ikiziga+ ca Yezu.