Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. Ivyakozwe 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.” Ivyahishuwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+. Ivyahishuwe 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze amatuye agashashara kagira gatanu, mbona munsi y’igicaniro+ ubuzima+ bw’abishwe+ kubera ijambo ry’Imana no kubera igikorwa bahora bafise co gushinga intahe+.
8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”
9 Jewe Yohani, mwene wanyu nkaba n’uwusangiye namwe amakuba+ n’ubwami+ n’ukwihangana+ mu kwifatanya na Yezu+, nari mw’izinga ryitwa Patimo mporwa ukuvuga ivyerekeye Imana n’ugushingira intahe Yezu+.
9 Maze amatuye agashashara kagira gatanu, mbona munsi y’igicaniro+ ubuzima+ bw’abishwe+ kubera ijambo ry’Imana no kubera igikorwa bahora bafise co gushinga intahe+.