Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. 1 Yohani 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.
12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.