5 Asafu+ umukuru, uwugira kabiri kuri we akaba yari Zekariya, hanyuma Yeyeli na Shemiramoti na Yehiyele na Matitiya na Eliyabu na Benaya na Obedi-edomu na Yeyeli+, bafise ibicurarangisho vyo mu bwoko bw’ibifise imirya, n’inanga+, Asafu+ akaba yari afise ivyuma bisāma vyo kuvuza n’ijwi ryumvikana+,