1 Samweli 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Turakwinginze, umukama wacu ategeke abasuku bawe imbere yawe, kugira barondere umugabo w’umuhanga+ avuza inanga+. Maze impwemu mbi y’Imana niyaza kuri wewe, azoce acuraranga n’ukuboko kwiwe, kandi ntibizobura guca bikugendera neza.”
16 Turakwinginze, umukama wacu ategeke abasuku bawe imbere yawe, kugira barondere umugabo w’umuhanga+ avuza inanga+. Maze impwemu mbi y’Imana niyaza kuri wewe, azoce acuraranga n’ukuboko kwiwe, kandi ntibizobura guca bikugendera neza.”