ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 19:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Sauli aca atuma intumwa gufata Dawidi. Zibonye abitereye mu myaka bo mu bahanuzi bariko baravuga ubuhanuzi, na Samweli ahagaze ng’aho mw’ibango ryiwe, abahagarariye, impwemu+ y’Imana iza kuri izo ntumwa za Sauli, maze zitangura kwifata nk’abahanuzi+ na zo nyene.

  • 2 Abami 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze abahungu b’abahanuzi+ bari i Beteli barasohoka baja aho Elisha ari, bamubwira bati: “Ubwo vy’ukuri urazi yuko uno musi Yehova aza gutwara shobuja kugira ntabandanye kuba umukuru wawe+?” Na we ati: “Na jewe ndabizi neza+. Nimucereze.”

  • 2 Abami 4:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Elisha asubira i Gilugali+, kandi hari ikigoyi+ mu gihugu. Kubera ko abahungu+ b’abahanuzi bari bicaye imbere yiwe+, amaherezo abwira umusuku wiwe+ ati: “Shira ku ziko ya nkono nini uheze utekere isupu abahungu b’abahanuzi+.”

  • 2 Abami 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko abahungu+ b’abahanuzi batangura kubwira Elisha bati: “Ehe rero! Ahantu+ tuba imbere yawe haratwagiye birenze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika