1 Ngoma 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igitigiri cabo hamwe na bene wabo bamenyerejwe mu vy’ukuririmbira Yehova+, abahanga+ bose, cari amajana abiri na mirongo umunani n’umunani. Imigani 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho.
7 Igitigiri cabo hamwe na bene wabo bamenyerejwe mu vy’ukuririmbira Yehova+, abahanga+ bose, cari amajana abiri na mirongo umunani n’umunani.
29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho.