Guharura 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: ‘Uku ni ko muzohezagira+ bene Isirayeli, mu kubabwira muti: Yosuwa 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yosuwa aca arabahezagira+ hanyuma arabarungika kugira bagende ku mahema yabo. 2 Samweli 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo. 1 Abami 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze umwami arahindukira, atangura guhezagira+ ishengero rya Isirayeli ryose, mu gihe iryo shengero rya Isirayeli ryose ryari rihagaze.
18 Dawidi arangije gushikana nya bimazi biturirwa na nya bimazi vy’ugusangira, aca ahezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+ nyen’ingabo.
14 Maze umwami arahindukira, atangura guhezagira+ ishengero rya Isirayeli ryose, mu gihe iryo shengero rya Isirayeli ryose ryari rihagaze.