Zaburi 105:1 Bibiliya y’isi nshasha 105 Nimukengurukire Yehova, mwambaze izina ryiwe+,Mumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Zaburi 106:1 Bibiliya y’isi nshasha 106 Shemeze Ya+!Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+. Abakolosayi 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mushishikare gusenga+, muguma murikanuye muri ivyo hariko n’ugukenguruka+,
106 Shemeze Ya+!Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.