Zaburi 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iri ni ryo yaruka ry’abayirondera,Ry’abahiga mu maso hawe, ewe Mana ya Yakobo+! Sela. Zaburi 27:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku bikwerekeye umutima wanje wavuze uti: “Nimurondere mu maso hanje+.”Mu maso hawe, ewe Yehova, nzoharondera+. Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”
8 Ku bikwerekeye umutima wanje wavuze uti: “Nimurondere mu maso hanje+.”Mu maso hawe, ewe Yehova, nzoharondera+.
15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”