Itanguriro 36:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi aba ni bo bene Zibeyoni: Aya na Ana. Uno ni umwe Ana yubura imbizi zishushe mu gahinga igihe yari aragiriye indogobwa Zibeyoni se wiwe+.
24 Kandi aba ni bo bene Zibeyoni: Aya na Ana. Uno ni umwe Ana yubura imbizi zishushe mu gahinga igihe yari aragiriye indogobwa Zibeyoni se wiwe+.