Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye. Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Itanguriro 35:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo igihugu nahaye Aburahamu na Izahaki, nzogiha wewe, kandi uruvyaro* rwawe+ rwo mu nyuma zawe nzoruha ico gihugu+.”
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”
12 Nayo igihugu nahaye Aburahamu na Izahaki, nzogiha wewe, kandi uruvyaro* rwawe+ rwo mu nyuma zawe nzoruha ico gihugu+.”