2 Samweli 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ivyo bintu bikomeye vyose wabikoze ku bw’ijambo ryawe+ no mu buryo buhuye n’umutima wawe+, kugira ngo ubimenyeshe umusavyi wawe+. Zaburi 135:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ivyo Yehova yahimbawe no gukora vyose yarabikoze+Mu majuru no mw’isi, mu biyaga no mu nyenga z’amazi zose+.
21 Ivyo bintu bikomeye vyose wabikoze ku bw’ijambo ryawe+ no mu buryo buhuye n’umutima wawe+, kugira ngo ubimenyeshe umusavyi wawe+.
6 Ivyo Yehova yahimbawe no gukora vyose yarabikoze+Mu majuru no mw’isi, mu biyaga no mu nyenga z’amazi zose+.