Gusubira mu vyagezwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+. 1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+. Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.
35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+.
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
10 “Muri ivyabona vyanje+,” ni ko Yehova avuze, “mbere umusavyi wanje natoye+, kugira ngo mumenye+ kandi munyizere+, no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yabumbwe+, kandi inyuma yanje nta yigeze ihaba+.