Yesaya 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.
8 Kuko umutwe wa Siriya ari Damasiko, umutwe wa Damasiko na wo ukaba Rezini; kandi mu myaka mirongo itandatu n’itanu gusa Efurayimu izojanjagurwa ireke kuba igisata+.