1 Samweli 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Eka ntuzokuraho ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, kugira bubane n’urugo rwanje gushika igihe kitagira urugero+. Eka mbere naho Yehova azokuraho abansi ba Dawidi, umwe wese akamukura ku butaka,
15 Eka ntuzokuraho ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, kugira bubane n’urugo rwanje gushika igihe kitagira urugero+. Eka mbere naho Yehova azokuraho abansi ba Dawidi, umwe wese akamukura ku butaka,