6 Nuko umwami n’abantu biwe baja i Yeruzalemu kurwanya Abayebusi+ baba mu gihugu; bano batangura kubwira Dawidi bati: “Ntuzokwinjira ng’aha, mugabo impumyi n’ibimuga bazogusubiza inyuma ata kabuza+,” kuko biyumvira bati: “Dawidi ntazokwinjira ng’aha.”