Itanguriro 30:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko amwita Yozefu+, mu kuvuga ati: “Yehova anyongeye uwundi muhungu.” Itanguriro 49:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Yozefu ni umuvyaro w’igiti cama ivyamwa+, umuvyaro w’igiti cama ivyamwa iruhande y’isôko+, kirungika amashami yaco hejuru akarenga uruhome+.
22 “Yozefu ni umuvyaro w’igiti cama ivyamwa+, umuvyaro w’igiti cama ivyamwa iruhande y’isôko+, kirungika amashami yaco hejuru akarenga uruhome+.