1 Abami 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yari inkerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta Etani+ Umwezerahi na Hemani+ na Kalikoli+ na Darida bene Maholi; nuko ukuba rurangiranwa kwiwe gukwira mu mahanga yose yari irya n’ino+.
31 Yari inkerebutsi kuruta uwundi muntu uwo ari we wese, kuruta Etani+ Umwezerahi na Hemani+ na Kalikoli+ na Darida bene Maholi; nuko ukuba rurangiranwa kwiwe gukwira mu mahanga yose yari irya n’ino+.