Gusubira mu vyagezwe 28:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Yehova kandi azoguha koko ugutunganirwa gusesekaye mu camwa c’inda yawe+, no mu camwa c’ibitungwa vyawe, no mu camwa c’ubutaka bwawe+, ku butaka Yehova yarahiye ba sogokuruza bawe ko azoguha+. Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.
11 “Yehova kandi azoguha koko ugutunganirwa gusesekaye mu camwa c’inda yawe+, no mu camwa c’ibitungwa vyawe, no mu camwa c’ubutaka bwawe+, ku butaka Yehova yarahiye ba sogokuruza bawe ko azoguha+.