Gusubira mu vyagezwe 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi Yehova Imana yawe azotuma koko ugira umurengera mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+, mu camwa c’inda yawe n’icamwa c’ibitungwa vyawe+ n’icamwa c’ubutaka bwawe+, bitume utunganirwa+; kuko Yehova azokwongera kukwiratira akugirire neza, nk’uko yiratiye ba sogokuruza bawe+; Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.
9 Kandi Yehova Imana yawe azotuma koko ugira umurengera mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+, mu camwa c’inda yawe n’icamwa c’ibitungwa vyawe+ n’icamwa c’ubutaka bwawe+, bitume utunganirwa+; kuko Yehova azokwongera kukwiratira akugirire neza, nk’uko yiratiye ba sogokuruza bawe+;
9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.