Abalewi 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+. Zaburi 67:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Isi ubwayo ntizobura gutanga umwimbu wayo+;Imana, Imana yacu, izoduhezagira+. 2 Abakorinto 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)
4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+.
10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)