Gusubira mu vyagezwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+. Gusubira mu vyagezwe 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+. Zaburi 107:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Arabahezagira bakagwira cane+;Kandi ntareka ngo inka zabo zigabanuke+.
14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+.
4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+.