1 Abami 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+. 1 Ngoma 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko mw’ibanga ry’ubwizigirwa hari abagabo b’abanyenkomezi bane bo mu barinzi b’amarembo. Bari Abalewi, bakaba bari bajejwe ivyumba vy’uburiro+ be n’amatunga+ y’inzu y’Imana y’ukuri.
26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
26 Kuko mw’ibanga ry’ubwizigirwa hari abagabo b’abanyenkomezi bane bo mu barinzi b’amarembo. Bari Abalewi, bakaba bari bajejwe ivyumba vy’uburiro+ be n’amatunga+ y’inzu y’Imana y’ukuri.