Guharura 31:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Reka rero dushikirize umwe wese bwa shikanwa rya Yehova ico yaronse+: ibintu vy’inzahabu, inyerere zo ku maguru, n’ibikomo, n’impeta z’ikidodo+, n’amahereni, n’udusharizo tw’abagore+, kugira dutangirwe impongano imbere ya Yehova.” 1 Ngoma 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza+ Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarakuye mu mahanga yose+: muri Edomu n’i Mowabu+ no kuri bene Amoni+ no ku Bafilisitiya+ no kuri Amaleki+.
50 Reka rero dushikirize umwe wese bwa shikanwa rya Yehova ico yaronse+: ibintu vy’inzahabu, inyerere zo ku maguru, n’ibikomo, n’impeta z’ikidodo+, n’amahereni, n’udusharizo tw’abagore+, kugira dutangirwe impongano imbere ya Yehova.”
11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza+ Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarakuye mu mahanga yose+: muri Edomu n’i Mowabu+ no kuri bene Amoni+ no ku Bafilisitiya+ no kuri Amaleki+.