Gusubira mu vyagezwe 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+. 2 Ngoma 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.
9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+.
8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.