2 Samweli 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dawidi yari afise imyaka mirongo itatu igihe yaba umwami. Amara imyaka mirongo ine+ aganza. 1 Ngoma 29:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 imisi yaganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+.
27 imisi yaganje Isirayeli yabaye imyaka mirongo ine+. I Heburoni yaganje imyaka indwi+, i Yeruzalemu na ho aganza imyaka mirongo itatu n’itatu+.