Kuvayo 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. 1 Samweli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+. 1 Ngoma 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Dawidi aja inama n’abakuru b’ibihumbi n’abakuru b’amajana be n’indongozi+ zose; 2 Ngoma 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Salomo aha itegeko Isirayeli yose, abakuru b’ibihumbi+ n’ab’amajana+ n’abacamanza+ n’abakuru bose ba Isirayeli yose+, abakuru b’amazu ya ba sekuru+.
25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.
12 kandi azokwigenera abakuru baganza ibihumbi+ n’abakuru baganza mirongo itanitanu+, abandi na bo kugira bamurimire+ no kugira bashwabure umwimbu wiwe+ no kugira bahingure ibirwanisho+ vyiwe n’ivyuma vy’imikogote yiwe+.
2 Hanyuma Salomo aha itegeko Isirayeli yose, abakuru b’ibihumbi+ n’ab’amajana+ n’abacamanza+ n’abakuru bose ba Isirayeli yose+, abakuru b’amazu ya ba sekuru+.