ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 24:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Na bo nyene bapfinda ubupfindo+ neza na neza nk’uko bene wabo abahungu ba Aroni bagize imbere ya Dawidi umwami n’imbere ya Zadoki na Ahimeleki n’imbere y’abakuru b’amazu ya ba sekuru b’abaherezi n’ab’Abalewi. Na ho ku bijanye n’amazu ya ba sekuru+, umukuru yafatwa cokimwe na mwene wabo mutoyi.

  • 1 Ngoma 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nayo bene Isirayeli hakurikijwe igitigiri cabo, abakuru b’amazu ya ba sekuru+ n’abakuru+ b’ibihumbi n’ab’amajana+ n’abarongozi babo bakorera+ umwami mu bintu vyose vy’imice y’abinjira n’abasohoka ku kwezi ku kwezi, mu mezi yose y’umwaka, umuce umwumwe wose wari ugizwe n’ibihumbi mirongo ibiri na bine.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika