Yosuwa 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 maze Yosuwa abagirira ubupfindo i Shilo imbere ya Yehova+. Gutyo Yosuwa agabanganiriza bene Isirayeli igihugu ng’aho, mu mituri yabo+. 1 Ngoma 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bapfinda rero ubupfindo+ ku bijanye n’ibintu vyo kwitwararika, umutoyi ari kimwe n’uwuhambaye+, umuhanga+ hamwe n’uwiga. Imigani 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ubupfindo butererwa mu gikondorero+, mugabo ingingo yose izanana kuri bwo iva kuri Yehova+. Ivyakozwe 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.
10 maze Yosuwa abagirira ubupfindo i Shilo imbere ya Yehova+. Gutyo Yosuwa agabanganiriza bene Isirayeli igihugu ng’aho, mu mituri yabo+.
8 Bapfinda rero ubupfindo+ ku bijanye n’ibintu vyo kwitwararika, umutoyi ari kimwe n’uwuhambaye+, umuhanga+ hamwe n’uwiga.
26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.