Imigani 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ubupfindo butererwa mu gikondorero+, mugabo ingingo yose izanana kuri bwo iva kuri Yehova+. Imigani 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubupfindo buhwamika amahane+, kandi buratatura n’abanyenkomezi+. Ivyakozwe 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.
26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.