1 Samweli 14:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Sauli rero avuga ati: “Nimugire ubupfindo+ kugira hafatwe ingingo hagati yanje na Yonatani umuhungu wanje.” Nuko Yonatani arafatwa.
42 Sauli rero avuga ati: “Nimugire ubupfindo+ kugira hafatwe ingingo hagati yanje na Yonatani umuhungu wanje.” Nuko Yonatani arafatwa.