Guharura 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se. Yosuwa 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 maze Yosuwa abagirira ubupfindo i Shilo imbere ya Yehova+. Gutyo Yosuwa agabanganiriza bene Isirayeli igihugu ng’aho, mu mituri yabo+. Imigani 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubupfindo buhwamika amahane+, kandi buratatura n’abanyenkomezi+. Ivyakozwe 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.
55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se.
10 maze Yosuwa abagirira ubupfindo i Shilo imbere ya Yehova+. Gutyo Yosuwa agabanganiriza bene Isirayeli igihugu ng’aho, mu mituri yabo+.
26 Nuko babagirako ubupfindo+, nya bupfindo bugwa kuri Matiyasi; araheza aharuranwa na za ntumwa cumi n’imwe+.