1 Samweli 14:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Maze Sauli abwira Yehova ati: “Ewe Mana ya Isirayeli, nutange Tumimu*+!” Nuko Yonatani na Sauli barafatwa, abantu na bo barera+. Ivyakozwe 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze barasenga bati: “Ewe Yehova, wewe uzi imitima ya bose+, erekana muri aba bantu babiri uwo watoye,
41 Maze Sauli abwira Yehova ati: “Ewe Mana ya Isirayeli, nutange Tumimu*+!” Nuko Yonatani na Sauli barafatwa, abantu na bo barera+.
24 Maze barasenga bati: “Ewe Yehova, wewe uzi imitima ya bose+, erekana muri aba bantu babiri uwo watoye,