1 Abami 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe* ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’ 1 Ngoma 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mu bahungu banje bose na ho (kuko abahungu Yehova yampaye ari benshi+), yatoye rero Salomo+ umuhungu wanje ngo yicare ku ntebe y’ubwami+ y’ingoma ya Yehova kugira aganze Isirayeli.
19 Gusa wewe si we uzokwubaka iyo nzu, ahubwo umuhungu wawe azova muri wewe* ni we azokwubakira inzu izina ryanje+.’
5 mu bahungu banje bose na ho (kuko abahungu Yehova yampaye ari benshi+), yatoye rero Salomo+ umuhungu wanje ngo yicare ku ntebe y’ubwami+ y’ingoma ya Yehova kugira aganze Isirayeli.