-
1 Ngoma 22:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Dawidi avuga rero ati: “Salomo umuhungu wanje aracari muto kandi nta nkomezi aragira+, kandi inzu igiye kwubakirwa Yehova izoba ari iy’agatangaza bimwe bihebuje+, kugira ngo ibe ntangere mu bwiza+ ku bihugu vyose. Hinge rero ndamugirire imyiteguro.” Nuko Dawidi ategura ibintu vyinshi imbere y’uko apfa+.
-