1 Ngoma 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 None rero, ewe Mana yacu, turagukengurukiye+ kandi turashemeje+ izina ryawe ryiza+. Zaburi 71:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Akanwa kanje kuzuye ishemezo ryawe+,Kaguma kuzuye ubwiza bwawe bukarinda bwira+.