Yesaya 63:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nka kurya igikoko kimanuka mu kiyaya c’umubande, impwemu ya Yehova yaciye ituma baruhuka+.” Ukwo ni ko wayoboye abantu bawe kugira ngo wiheshe izina ryiza+.
14 Nka kurya igikoko kimanuka mu kiyaya c’umubande, impwemu ya Yehova yaciye ituma baruhuka+.” Ukwo ni ko wayoboye abantu bawe kugira ngo wiheshe izina ryiza+.