23 Vyongeye, ni ihanga rimwe irihe mw’isi rimeze nk’abantu bawe Isirayeli+, abo wewe Imana wagiye kwicungurira bwa gisata c’abantu+, kugira wiheshe izina+ no kugira ukigirire ibintu bikomeye kandi biteye ubwoba+—ngo wirukane amahanga n’imana zayo ku bw’abantu bawe wicunguriye+ ubakuye mu Misiri?