Itanguriro 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+. Gusubira mu vyagezwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Makiri+ na we namuhaye Gileyadi+. 1 Ngoma 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bene Manase+ bari Asiriyeli, uwavyawe n’incoreke yiwe y’Umusiriyakazi. (Iyo ncoreke yavyaye Makiri+ se wa Gileyadi.
23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+.
14 Bene Manase+ bari Asiriyeli, uwavyawe n’incoreke yiwe y’Umusiriyakazi. (Iyo ncoreke yavyaye Makiri+ se wa Gileyadi.